Ivyakozwe 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amazeyo amezi atatu, kubera ko Abayuda bari bamugiriye umugambi mubi+ igihe yagira afate ubwato ngo aje i Siriya, afata ingingo yo gusubira inyuma aciye i Makedoniya. Ivyakozwe 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze bukeye, Abayuda baja umugambi mubi+, bararahira barisiba+ yuko batoriye canke ngo banywe batishe Paulo+. 2 Abakorinto 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.
3 Amazeyo amezi atatu, kubera ko Abayuda bari bamugiriye umugambi mubi+ igihe yagira afate ubwato ngo aje i Siriya, afata ingingo yo gusubira inyuma aciye i Makedoniya.
12 Maze bukeye, Abayuda baja umugambi mubi+, bararahira barisiba+ yuko batoriye canke ngo banywe batishe Paulo+.
23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.