ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Wewe ubwawe mu kumusambisha urashobora kumenya ivy’ivyo vyose tumwagiriza avyivugiye.”

  • Ivyakozwe 25:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Avuga ati: “Ku bw’ivyo rero, abakuru bo muri mwebwe nibamanukane nanje bamwagirize+, nimba hari ikintu kitabereye kuri uwo mugabo.”

  • Ivyakozwe 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nimba ndi inkozi y’ikibi koko+ hakaba kandi hari ikintu nakoze gikwiriye kunyicisha+, sinanse gupfa; ariko nimba mu vyo aba banyagiriza ata na kimwe kihari, nta n’umwe ashobora kuntanga kuri bo kugira ngo abanezereze. Nungururije kwa Sezari+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika