Zaburi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma babwirana ivy’ububeshi+;Baguma bavugisha akanwa gasosa+, n’imitima ibiri+. Zaburi 55:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+. Imigani 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ururimi rw’ikinyoma ruranka uwo rwajanjaguye+, kandi akanwa karyosharyosha gatera gutemba+.
21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+.