-
Yohani 19:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Pilato rero, amaze kwumva ayo majambo, asohokana Yezu hanze, yicara ku ntebe y’imanza ahantu hitwa Saso ry’Amabuye, mugabo mu giheburayo hakitwa Gabata.
-
-
Ivyakozwe 12:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 Mugabo umusi uri izina, Herodi yambara impuzu za cami hanyuma yicara ku ntebe yiwe y’imanza, atangura kubashikiriza ijambo rigenewe abantu bose.
-
-
Ivyakozwe 25:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Aho bamariye rero gukoranira hamwe ng’aha, sinatebaganye, ahubwo ku musi ukurikira naciye nicara ku ntebe y’imanza, ntegeka ko bazana nya mugabo.
-