Luka 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 kandi ico gihe yari umupfakazi+ w’imyaka mirongo umunani n’ine), atigera ahara mu rusengero, akora igikorwa ceranda ijoro n’umurango+ yisonzesha yongera atakamba. Abaroma 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+;
37 kandi ico gihe yari umupfakazi+ w’imyaka mirongo umunani n’ine), atigera ahara mu rusengero, akora igikorwa ceranda ijoro n’umurango+ yisonzesha yongera atakamba.
7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+;