Ivyakozwe 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 amusaba amakete ajana ku masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo abo abonye bose bo muri Ya Nzira+ abazane i Yeruzalemu baboshe, abagabo n’abagore. Ivyakozwe 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ino arafise ububasha yahawe n’abakuru b’abaherezi bwo gushira mu mvuto abo bose bambaza izina ryawe+.”
2 amusaba amakete ajana ku masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo abo abonye bose bo muri Ya Nzira+ abazane i Yeruzalemu baboshe, abagabo n’abagore.
14 Kandi ino arafise ububasha yahawe n’abakuru b’abaherezi bwo gushira mu mvuto abo bose bambaza izina ryawe+.”