Ivyakozwe 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yamara ambwira ati: ‘Genda, kuko nzogutuma ku mahanga kure cane+.’” Abaroma 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+,
13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+,