Yohani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.
20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.