ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Kuri iyo saha, Yezu abwira ayo masinzi ati: “Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+? Imisi yose nama nicaye mu rusengero+ nigisha, yamara ntimwamfashe.

  • Luka 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vyongeye, atangura kwigisha mu masinagogi yabo, aterwa iteka na bose+.

  • Luka 19:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Ikigeretseko, yarigisha ku musi ku musi mu rusengero. Mugabo abakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abantu bakurubakuru bo muri ico gisata bariko barondera kumwica+;

  • Yohani 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Igihe umusi mukuru wari ugeze hagati, Yezu araduga aja mu rusengero, atangura kwigisha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika