Mariko 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abakuru b’abaherezi n’abanditsi baravyumva, baca batangura kurondera ingene bomwica+; kuko bamutinya kubera ko isinzi ryose ryaguma rijorezwa n’inyigisho yiwe+. Yohani 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 None Musa ntiyabahaye Itegeko+? Mugabo nta n’umwe muri mwebwe agamburuka Itegeko. Kubera iki murondera kunyica+?” Yohani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.
18 Maze abakuru b’abaherezi n’abanditsi baravyumva, baca batangura kurondera ingene bomwica+; kuko bamutinya kubera ko isinzi ryose ryaguma rijorezwa n’inyigisho yiwe+.
19 None Musa ntiyabahaye Itegeko+? Mugabo nta n’umwe muri mwebwe agamburuka Itegeko. Kubera iki murondera kunyica+?”
20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.