47 Ikigeretseko, yarigisha ku musi ku musi mu rusengero. Mugabo abakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abantu bakurubakuru bo muri ico gisata bariko barondera kumwica+;
19 Abanditsi n’abakuru b’abaherezi baca barondera kumushorerako amaboko kuri iyo saha nyene, mugabo batinya abantu; kuko bari bumvise yuko atanze ico kigereranyo ari bo yiyumvira+.