Matayo 21:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Barondera kumufata, mugabo batinya amasinzi kubera ko ano yamufata nk’umuhanuzi+. Luka 19:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 yamara rero ntibaronka ikintu nyaco bari bukore, kuko abantu bose uko bangana baguma bamwumiyeko ngo bamwumve+.
48 yamara rero ntibaronka ikintu nyaco bari bukore, kuko abantu bose uko bangana baguma bamwumiyeko ngo bamwumve+.