Ivyakozwe 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko igisagara cuzura umuvurungano, maze biterera icarimwe mu kibanza c’ibirori, bajana ku gahato Gayo na Arisitariko+, Abanyamakedoniya, abagendana na Paulo. Ivyakozwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yari aherekejwe na Sopatero+ mwene Piro w’i Beroya, Arisitariko+ na Sekundo bo mu Batesalonika, na Gayo w’i Derube, na Timoteyo+, na Tikiko+ na Tirofimo+ bo mu ntara ya Aziya. Abakolosayi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),
29 Nuko igisagara cuzura umuvurungano, maze biterera icarimwe mu kibanza c’ibirori, bajana ku gahato Gayo na Arisitariko+, Abanyamakedoniya, abagendana na Paulo.
4 Yari aherekejwe na Sopatero+ mwene Piro w’i Beroya, Arisitariko+ na Sekundo bo mu Batesalonika, na Gayo w’i Derube, na Timoteyo+, na Tikiko+ na Tirofimo+ bo mu ntara ya Aziya.
10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),