Ivyakozwe 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaze kubirimbura, aja ku nzu kwa Mariya nyina wa Yohani batazira Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye bongera basenga. Ivyakozwe 15:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nayo Barunaba, yari yiyemeje kujana na Yohani na we, uwitwa Mariko+.
12 Amaze kubirimbura, aja ku nzu kwa Mariya nyina wa Yohani batazira Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye bongera basenga.