Abakolosayi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu), 2 Timoteyo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Luka wenyene ni we ari kumwe nanje. Hitana Mariko muzanane, kuko ambera kirumara+ ku bw’igikorwa c’ubusuku.
10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),
11 Luka wenyene ni we ari kumwe nanje. Hitana Mariko muzanane, kuko ambera kirumara+ ku bw’igikorwa c’ubusuku.