Yona 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo nya bantu bagerageza kwicira inzira ngo bagarukane nya meri kw’isi yumutse, ariko ntibabishobora, kuko ikiyaga caguma kirushiriza gusebura+.
13 Mugabo nya bantu bagerageza kwicira inzira ngo bagarukane nya meri kw’isi yumutse, ariko ntibabishobora, kuko ikiyaga caguma kirushiriza gusebura+.