Daniyeli 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko umwami aca atanga itegeko, bazana Daniyeli, bamuterera muri ca cobo c’intambwe+. Umwami abwira Daniyeli ati: “Imana yawe wama ukorera, ubwayo iragukiza+.” Ivyakozwe 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo mw’ijoro umumarayika wa Yehova+ yugurura imiryango y’ibohero+, arabasohora, avuga ati: Ivyakozwe 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.” Abaheburayo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?
16 Nuko umwami aca atanga itegeko, bazana Daniyeli, bamuterera muri ca cobo c’intambwe+. Umwami abwira Daniyeli ati: “Imana yawe wama ukorera, ubwayo iragukiza+.”
11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.”
14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?