Ivyakozwe 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nya masinzi na yo ngo abone ivyo Paulo akoze, ashira amajwi hejuru, avuga mu rurimi rw’ikinyalukawoniya ati: “Imana+ zicitse nk’abantu zimanuka muri twebwe!”
11 Nya masinzi na yo ngo abone ivyo Paulo akoze, ashira amajwi hejuru, avuga mu rurimi rw’ikinyalukawoniya ati: “Imana+ zicitse nk’abantu zimanuka muri twebwe!”