Ivyakozwe 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze abantu bari bakoraniye ng’aho batangura gusemerera bati: “Ni ijwi ry’imana, si iry’umuntu+!” Ivyakozwe 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo bari biteze yuko avyimbagana canke akagwa bukumbi. Bamaze umwanya muremure barindiriye bakabona nta co abaye, bahindura ivyiyumviro batangura kuvuga yuko ari imana+.
6 Mugabo bari biteze yuko avyimbagana canke akagwa bukumbi. Bamaze umwanya muremure barindiriye bakabona nta co abaye, bahindura ivyiyumviro batangura kuvuga yuko ari imana+.