Mariko 7:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Hano bamuzanira umugabo w’igipfamatwi kandi atavuga ngo atobore, hanyuma baramwinginga ngo amurambikeko ikiganza+. Ivyakozwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Imana yaguma ikora ibikorwa vy’ububasha vy’akataraboneka biciye ku maboko ya Paulo+, 1 Abakorinto 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 uwundi ukwizera+ biciye kuri nya mpwemu nyene, uwundi ingabirano z’ugukiza+ biciye kuri iyo mpwemu imwe,
32 Hano bamuzanira umugabo w’igipfamatwi kandi atavuga ngo atobore, hanyuma baramwinginga ngo amurambikeko ikiganza+.
9 uwundi ukwizera+ biciye kuri nya mpwemu nyene, uwundi ingabirano z’ugukiza+ biciye kuri iyo mpwemu imwe,