Ivyakozwe 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kandi ntibansanze mu rusengero+ ndiko mparira n’umuntu n’umwe canke ntera akagwi+ guhundara hamwe, haba mu masinagogi canke mu gisagara hose. Ivyakozwe 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo Paulo mu kwiregura avuga ati: “Nta gicumuro na kimwe nakoze+ haba kw’Itegeko ry’Abayuda canke ku rusengero+ canke kuri Sezari.”
12 kandi ntibansanze mu rusengero+ ndiko mparira n’umuntu n’umwe canke ntera akagwi+ guhundara hamwe, haba mu masinagogi canke mu gisagara hose.
8 Mugabo Paulo mu kwiregura avuga ati: “Nta gicumuro na kimwe nakoze+ haba kw’Itegeko ry’Abayuda canke ku rusengero+ canke kuri Sezari.”