Yohani 7:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko ivyo yabivuga ku vyerekeye impwemu abamwizeye bari bagiye kuronka; kuko kugeza ico gihe ata mpwemu yari bwahabe+, kuko Yezu atari bwaninahazwe+. Abafilipi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,
39 Ariko ivyo yabivuga ku vyerekeye impwemu abamwizeye bari bagiye kuronka; kuko kugeza ico gihe ata mpwemu yari bwahabe+, kuko Yezu atari bwaninahazwe+.
9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,