Yesaya 52:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ugutahura kwimbitse+. Azoba mu kibanza co hejuru, aduzwe koko, ashirwe hejuru cane rwose+. Yesaya 53:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+.
13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ugutahura kwimbitse+. Azoba mu kibanza co hejuru, aduzwe koko, ashirwe hejuru cane rwose+.
11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+.