Matayo 27:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Buramatari abishura ati: “Mushaka ndabarekurire uyuhe muri abo babiri?” Bavuga bati: “Baraba+.” Luka 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ababwira ati: “Mwanzaniye uyu muntu ngo atera abantu umugararizo, nanje ehe namusambishirije imbere yanyu mugabo nta shingiro+ na rimwe nabonye muri we ry’ibirego mumurega.
14 ababwira ati: “Mwanzaniye uyu muntu ngo atera abantu umugararizo, nanje ehe namusambishirije imbere yanyu mugabo nta shingiro+ na rimwe nabonye muri we ry’ibirego mumurega.