Gusubira mu vyagezwe 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi ntugashingire intahe ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Imigani 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Icabona c’imburakimazi gitwengera mw’ijigo ubutungane+, kandi akanwa k’ababisha kamira miyonzwa ibintu bibabaza+.
28 Icabona c’imburakimazi gitwengera mw’ijigo ubutungane+, kandi akanwa k’ababisha kamira miyonzwa ibintu bibabaza+.