ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ni nde azobatsindisha? Kristu Yezu ni we yapfuye, egome, nako ni we yazuwe mu bapfuye, akaba ari iburyo+ bw’Imana, ari na we kandi atakamba ku bwacu+.

  • Abanyefeso 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 iryo yakoresheje mu bijanye na Kristu hamwe yamuzura mu bapfuye+ ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru+,

  • Abakolosayi 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko nimba mwarazuranywe+ na Kristu, nimubandanye kurondera ibintu vyo hejuru+, aho Kristu yicaye iburyo bw’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika