Mika 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abakuru biwe baca imanza ku giturire+, abaherezi biwe bakigishiriza ingero+, abahanuzi biwe na bo bakaragura ku mahera+; yamara baguma bishimikiza Yehova mu kuvuga bati: “Mbega Yehova ntari hagati muri twebwe+? Ntituzoshikirwa n’ivyago+.” 1 Timoteyo 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 impari zikaze ku bintu bitagira mvura zigirwa n’abantu bononekaye mu muzirikanyi+ banyazwe ukuri+, bakiyumvira ko ukwihebera Imana ari uburyo bwo kuronka inyungu+.
11 Abakuru biwe baca imanza ku giturire+, abaherezi biwe bakigishiriza ingero+, abahanuzi biwe na bo bakaragura ku mahera+; yamara baguma bishimikiza Yehova mu kuvuga bati: “Mbega Yehova ntari hagati muri twebwe+? Ntituzoshikirwa n’ivyago+.”
5 impari zikaze ku bintu bitagira mvura zigirwa n’abantu bononekaye mu muzirikanyi+ banyazwe ukuri+, bakiyumvira ko ukwihebera Imana ari uburyo bwo kuronka inyungu+.