Zaburi 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,Kandi arabakiza+. Abaheburayo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro? Ivyahishuwe 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+,
14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?
6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+,