Yesaya 56:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ibi ari vyo Yehova abwiye inkone zigumya amasabato yanje, zikaba zahisemwo ivyampimbaye+, kandi zigacakira isezerano ryanje+:
4 Kuko ibi ari vyo Yehova abwiye inkone zigumya amasabato yanje, zikaba zahisemwo ivyampimbaye+, kandi zigacakira isezerano ryanje+: