Ivyakozwe 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.
11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.