Ivyakozwe 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ikigeretseko, ukuboko kwa Yehova+ kwari kumwe na bo, kandi igitigiri kinini c’ababaye abemera bahindukirira Umukama+.
21 Ikigeretseko, ukuboko kwa Yehova+ kwari kumwe na bo, kandi igitigiri kinini c’ababaye abemera bahindukirira Umukama+.