Luka 1:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 abavyumvise bose bakabishira ku mutima+, bakavuga bati: “None uyu mwana azomera ate?” Kuko ukuboko+ kwa Yehova kwari kumwe na we vy’ukuri.
66 abavyumvise bose bakabishira ku mutima+, bakavuga bati: “None uyu mwana azomera ate?” Kuko ukuboko+ kwa Yehova kwari kumwe na we vy’ukuri.