Ivyakozwe 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 I Damasiko hari umwigishwa umwe yitwa Ananiya+, maze Umukama amubwira mw’iyerekwa ati: “Ananiya!” Na we ati: “Ndi hano, Mukama.”
10 I Damasiko hari umwigishwa umwe yitwa Ananiya+, maze Umukama amubwira mw’iyerekwa ati: “Ananiya!” Na we ati: “Ndi hano, Mukama.”