Ivyakozwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bose buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi+ nk’uko nya mpwemu yabaha kuvuga. Ivyakozwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Paulo amaze kubarambikako ibiganza+, impwemu nyeranda ica ibazako, batangura kuvuga mu ndimi no kuvuga ubuhanuzi+.
6 Paulo amaze kubarambikako ibiganza+, impwemu nyeranda ica ibazako, batangura kuvuga mu ndimi no kuvuga ubuhanuzi+.