Matayo 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nzoguha impfunguruzo z’ubwami bwo mw’ijuru, kandi ikintu cose uzoboha kw’isi kizoba ari icaboshwe mw’ijuru, kandi ikintu cose uzobohora kw’isi kizoba ari icabohowe mw’ijuru+.” Ivyakozwe 2:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Petero ababwira ati: “Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina+ rya Yezu Kristu ku bwo kubabarirwa+ ibicumuro vyanyu, muzoheza muronke ya ngabirano ya gusa+ y’impwemu nyeranda. Ivyakozwe 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Aho bavyumviye, barabatizwa mw’izina ry’Umukama Yezu+.
19 Nzoguha impfunguruzo z’ubwami bwo mw’ijuru, kandi ikintu cose uzoboha kw’isi kizoba ari icaboshwe mw’ijuru, kandi ikintu cose uzobohora kw’isi kizoba ari icabohowe mw’ijuru+.”
38 Petero ababwira ati: “Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina+ rya Yezu Kristu ku bwo kubabarirwa+ ibicumuro vyanyu, muzoheza muronke ya ngabirano ya gusa+ y’impwemu nyeranda.