Ivyakozwe 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko muri bo ata we impwemu yari bwazeko, mugabo bari babatijwe gusa mw’izina ry’Umukama Yezu+.