Ivyakozwe 10:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Abizigirwa bari bazananye na Petero bo mu bagenyerewe barumirwa, kubera ko ingabirano ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga+. Abagalatiya 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko imbere y’uko hashika abantu bamwe bavuye kwa Yakobo+, yahora asangira+ n’abanyamahanga; mugabo aho bashikiye, yaciye yisokōra arikumira, kubera ugutinya+ abo mu mugwi w’abagenyerewe+.
45 Abizigirwa bari bazananye na Petero bo mu bagenyerewe barumirwa, kubera ko ingabirano ya gusa y’impwemu nyeranda yariko irasukwa no ku banyamahanga+.
12 Kuko imbere y’uko hashika abantu bamwe bavuye kwa Yakobo+, yahora asangira+ n’abanyamahanga; mugabo aho bashikiye, yaciye yisokōra arikumira, kubera ugutinya+ abo mu mugwi w’abagenyerewe+.