Ivyakozwe 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi.
17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi.