ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?

  • Ivyakozwe 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Baretse kuvuga, Yakobo arishura ati: “Bagabo, bene wacu, nimunyumve+.

  • Ivyakozwe 21:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mugabo ku musi ukurikira Paulo yinjirana natwe kwa Yakobo+; kandi abagabo b’inararibonye bose ni ho bari.

  • 1 Abakorinto 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu nyuma yariyeretse Yakobo+, maze yiyereka intumwa zose+;

  • Abagalatiya 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ariko nta wundi nabonye mu ntumwa, atari Yakobo+ mwene wabo+ n’Umukama.

  • Abagalatiya 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 egome, Yakobo+ na Kefa na Yohani, ari bo basa n’uko ari inkingi+, aho bamenyeye ubuntu ata wari abukwiriye+ nagiriwe+, baciye baha jewe na Barunaba+ ukuboko kw’ukuryo bwa kimenyetso c’uko dufadikanije+, kugira ngo twebwe tuje ku mahanga, mugabo bo bakaja ku bagenyerewe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika