Ivyakozwe 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bukwi na bukwi haba nyamugigima ikomeye, ku buryo imishinge y’ibohero inyiganyiga. Vyongeye, ako kanya nyene imiryango yose iruguruka, imvuto za bose ziratekuruka+.
26 Bukwi na bukwi haba nyamugigima ikomeye, ku buryo imishinge y’ibohero inyiganyiga. Vyongeye, ako kanya nyene imiryango yose iruguruka, imvuto za bose ziratekuruka+.