Ivyakozwe 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bamaze gutakamba, ahantu bari bakoraniye haranyiganyiga+; maze bose uko bangana buzuzwa impwemu nyeranda+, bavuga ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi+. Ivyakozwe 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo mw’ijoro umumarayika wa Yehova+ yugurura imiryango y’ibohero+, arabasohora, avuga ati: Ivyakozwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo, ehe umumarayika wa Yehova ahagarara+ ng’aho, umuco na wo ukayanganira mu gasho. Akubita Petero mu rubavu, aramuvyura+, amubwira ati: “Haguruka ningoga!” Ya minyororo yiwe ica irakoroka+ imuva ku maboko.
31 Bamaze gutakamba, ahantu bari bakoraniye haranyiganyiga+; maze bose uko bangana buzuzwa impwemu nyeranda+, bavuga ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi+.
7 Mugabo, ehe umumarayika wa Yehova ahagarara+ ng’aho, umuco na wo ukayanganira mu gasho. Akubita Petero mu rubavu, aramuvyura+, amubwira ati: “Haguruka ningoga!” Ya minyororo yiwe ica irakoroka+ imuva ku maboko.