Ivyakozwe 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku. Ivyakozwe 15:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nayo Barunaba, yari yiyemeje kujana na Yohani na we, uwitwa Mariko+.
5 Bageze i Salami batangura kwamamaza ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari bafise na Yohani+ yababera umusuku.