Ivyakozwe 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Vyongeye, bagena abagabo b’inararibonye+ mw’ishengero rimwerimwe ryose ku bwabo, hanyuma barasenga bashizeko n’ukwisonzesha+, babaragiza Yehova+ uwo bari bemeye. 1 Timoteyo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntufate minenegwe ingabirano+ iri muri wewe, iyo wahawe biciye ku vyavuzwe imbere y’igihe+ be n’igihe inama y’abagabo b’inararibonye yakurambikako ibiganza+. 2 Timoteyo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico nyene ni co gitumye ndakwibutsa gukabura nk’umuriro+ ingabirano+ y’Imana iri muri wewe biciye mu kukurambikako ibiganza vyanje+.
23 Vyongeye, bagena abagabo b’inararibonye+ mw’ishengero rimwerimwe ryose ku bwabo, hanyuma barasenga bashizeko n’ukwisonzesha+, babaragiza Yehova+ uwo bari bemeye.
14 Ntufate minenegwe ingabirano+ iri muri wewe, iyo wahawe biciye ku vyavuzwe imbere y’igihe+ be n’igihe inama y’abagabo b’inararibonye yakurambikako ibiganza+.
6 Ico nyene ni co gitumye ndakwibutsa gukabura nk’umuriro+ ingabirano+ y’Imana iri muri wewe biciye mu kukurambikako ibiganza vyanje+.