Ivyakozwe 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 babashira imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+. Ivyakozwe 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze barisonzesha, barasenga, babarambikako ibiganza+, baraheza barabareka baragenda.