Ivyakozwe 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko aho Petero adugiye i Yeruzalemu, abaharanira ivy’ukugenyerwa+ batangura kuja impaka na we,