Ivyakozwe 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 hanyuma amaze kumutora, amuzana i Antiyokiya. Maze bamara umwaka wose bakoranira hamwe na bo mw’ishengero bongera bigisha isinzi ritari rito, kandi i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa abakirisu bivuye ku Mana+.
26 hanyuma amaze kumutora, amuzana i Antiyokiya. Maze bamara umwaka wose bakoranira hamwe na bo mw’ishengero bongera bigisha isinzi ritari rito, kandi i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa abakirisu bivuye ku Mana+.