ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Igisagara cose canke ikigwati cose muzokwinjiramwo, muharondere uwukwiriye, mugumeyo gushika muvuyeyo+.

  • Abaroma 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Musangire n’aberanda nk’uko ivyo bakeneye biri+. Mukurikire inzira y’ubwakiranyi+.

  • Abagalatiya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+.

  • Abaheburayo 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ntimwibagire ubwakiranyi+, kuko bwatumye bamwe baha indaro abamarayika batabizi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika