Matayo 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egome, bazobakwega babatware imbere ya ba buramatari n’abami+ babampora, kugira bibe intahe+ kuri bo no ku mahanga. 2 Abakorinto 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mu bimoko, mu mabohero+, mu mivurungano, mu kubira akuya, mu kurara maso, mu kumara ibihe ata bifungurwa+,
18 Egome, bazobakwega babatware imbere ya ba buramatari n’abami+ babampora, kugira bibe intahe+ kuri bo no ku mahanga.
5 mu bimoko, mu mabohero+, mu mivurungano, mu kubira akuya, mu kurara maso, mu kumara ibihe ata bifungurwa+,