Luka 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo natakamvye+ ku bwawe kugira ngo ukwizera kwawe ntikudegere; nawe, niwamara kugaruka, ukomeze+ bene wanyu.” 2 Abakorinto 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 iyiduhoza mu makuba yacu yose+, kugira ngo natwe dushobore guhoza+ abari mu makuba y’ubwoko bwose, biciye ku ruhoza Imana iduhoresha+.
32 Mugabo natakamvye+ ku bwawe kugira ngo ukwizera kwawe ntikudegere; nawe, niwamara kugaruka, ukomeze+ bene wanyu.”
4 iyiduhoza mu makuba yacu yose+, kugira ngo natwe dushobore guhoza+ abari mu makuba y’ubwoko bwose, biciye ku ruhoza Imana iduhoresha+.