Abaroma 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+. 2 Abatesalonika 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Vyongeye, Umukama wacu Yezu Kristu ubwiwe be n’Imana Data wa twese yadukunze+ ikaduha uruhoza rw’ibihe bidahera be n’icizigiro ciza+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye,
4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+.
16 Vyongeye, Umukama wacu Yezu Kristu ubwiwe be n’Imana Data wa twese yadukunze+ ikaduha uruhoza rw’ibihe bidahera be n’icizigiro ciza+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye,